36 Lyeryo, booshi banakana imitima, nabo banalya.
Emwe! Mukizi lindirira Nahano. Mukizi ba bihagarusi, iri munakizi kania umutima, munalindirirage Nahano.
Kundu kwokwo, namùyinginga kwo mukanie imitima! Mukuba, ndaaye kiri noꞌmuguma winyu úgashereera. Si yaga mashuba naaho go gagagendi jajagulika.
«Ku yukwo, e bashosi, mukanagye imitima! Ngiisi kwo Rurema ambwira, nyemiiri kwo bigakoleka ngana.