«Ka ugagenderera ukumbaliiza, nie Rurema woꞌbushobozi bwoshi? Si ugweti ugambaliiza, na ndi nie Rurema nienyene! Aahago! Ngiisi byo ngakubuuza, ubishuvye.»
Umundu, hali ikyanya angagira mbu ahagane na Rurema. Kundu kwokwo, iri Rurema angamúbuuza ibibuuzo kihumbi, uyo mundu atangatami shuvya kiri neꞌkiguma.