Yuda 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Bababwiye bati: “Mu bihe vy’iherezo hazobaho abacokoranyi bakurikira ivyipfuzo vyabo vyo kutubaha Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 ko bābabgiye, bati Mu gihe c’iherezo hazoboneka abacokoranyi bagenda bakurikira ukwifuza kwabo kwo kutubaha Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |