Yuda 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko abo bantu bo batuka ivyo badatahura. Bameze nk’ibikoko bitazi ubwenge kandi ivyo bibaza ngo barazi ni vyo bibahonya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Arikw abo bantu batuka ivyo batazi: kandi n’ivyo bamenyeshwa n’akameremere kabo, nk’ukw ibikōko bimeze bitagira ubgenge, na vyo nyene baravyiyonōnesha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |