Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 9:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ahejeje kuvuga ayo majambo, acira amate hasi, avuruga utwondo akoresheje ayo mate; adusiga ku maso ya wa muntu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Avuze ivyo, acira amate hasi, avurungisha amate utwondo, araheza amusīga utwo twondo ku maso;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 9:6
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu aramufata, amwigiza kure y’abantu, ashira intoke ziwe mu matwi y’uwo muntu, acira amate ku ntoke ziwe maze amukora ku rurimi.


Nuko afata ukuboko ya mpumyi ayijana inyuma y’imihana. Ahejeje gucira amate ku maso ya ya mpumyi, ayirambikako ibiganza, arayibaza ati: “Hari ikintu ubona?”


Arabishura ati: “Umuntu bita Yesu ni we yavuruze utwondo atunsiga ku maso, hanyuma ambwira ati: ‘Genda wiyuhagire ku kidengeri c’i Silowamu.’ Naciye njayo ndiyuhagira, none ndabona.”


Ni co gituma ndaguhanura ngo ungureko inzahabu zivugutiwe mu muriro kugira ngo ube umutunzi. Ungureko imyambaro yera kugira ngo ufuke ubwambure bwawe buteye isoni, ungureko kandi n’umuti wo gusiga ku maso yawe kugira ngo ushobore kubona.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ