Yohana 9:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Yesu aca aravuga ati: “Naje muri iyi si guca urubanza, kugira ngo impumyi zihumuke, maze abibaza ko babona na bo ndabereke ko ari impumyi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Yesu aravuga, ati Naje mur’ iyi si kuba agahinyuza, ngw abatabona babone, n’ababona babe impumyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |