Yohana 9:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Wa muntu yahoze ari impumyi arabishura ati: “Ivyo biratangaje cane! Ntimuzi iyo yaje ava, kandi yampumuye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Wa muntu arabishura, at’ Erega n’igitangaza ko mutazi ah’ aturuka, kand’ ari we yahumūye amaso yanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |