Yohana 9:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yesu arabishura ati: “Ntivyavuye ku vyaha vyiwe canke ku vy’abavyeyi biwe, ariko ibi vyabaye kugira ngo ubushobozi bw’Imana bwiyerekanire muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yesu arabishura, at’ Uyu ntiyakoze icaha, kandi s’abavyeyi biwe, ariko n’ukugira ngw ibikorwa vy’Imana bibonekere kuri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |