Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 9:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Arabishura ati: “Ivyo namaze kubibabwira ariko ntimwashatse kuvyumva. Ni kuki mushaka kuvyumva kandi? Mwoba mushaka kuba abigishwa biwe namwe?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Arabishura, ati Namaze kubibabgira, ko mutavyumvise? Mugombera iki gusubira kuvyumva? Mbega namwe mugomba kuba abigishwa biwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 9:27
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Baramubaza bati: “Tubwire! Uri Kristo?” Yesu arabishura ati: “Naho nobibabwira ntimwovyemera,


Ndababwire ukuri, igihe kiraje kandi kirashitse, aho abapfuye bazokwumva ijwi ry’Umwana w’Imana kandi abazoryumva bazogira ubugingo.


Baramubaza bati: “None yakoze iki? Yaguhumuye gute?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ