23 Ni co gituma bavuze bati: “Nimumwibarize, arakuze.”
23 Ni co catumye abavyeyi biwe bavuga, bati N’umugabo, ni mumwibarize.
Ariko ntituzi uko vyagenze ngo ahumuke kandi ntituzi uwamukijije. Nimumwibarize arakuze, arashobora kwivugira.”
Basubira gutumako wa muntu yahora ari impumyi ubugira kabiri, baramubwira bati: “Ubaha Imana, utubwire ukuri, kuko turazi ko urya muntu yagukijije ari umunyavyaha.”