Yohana 9:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ariko ntituzi uko vyagenze ngo ahumuke kandi ntituzi uwamukijije. Nimumwibarize arakuze, arashobora kwivugira.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 arikw icatumye abona ubu, ntitukizi, kandi n’uwamuhumūye, tweho ntitumuzi. Mumwibarize, n’umugabo, arivugira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |