Yohana 9:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Abigishwa biwe baramubaza bati: “Mwigisha, ni nde yacumuye bigatuma uwu muntu avuka ari impumyi: mbega ni we canke ni abavyeyi biwe?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abigishwa biwe baramubaza, bati Mwigisha, ni nde yakoze icaha, n’uyo, canke n’abavyeyi biwe, ko yavutse ar’ impumyi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |