Yohana 9:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Bashitse, barababaza bati: “Uwu yoba ari umuhungu wanyu? Yoba yavutse ari impumyi? None habaye iki ko abona?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 barababaza, bati Mbeg’ uyu n’umwana wanyu, mwebge muvuga ko yavutse ar’ impumyi? None yahumūtse ate? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |