Yohana 9:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Nuko basubira kubaza umwe yahoze ari impumyi bati: “None wewe wibaza iki kuri uwo muntu yagukijije ubuhumyi?” Wa muntu arabishura ati: “Ni uwuvugishwa n’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Basubira kubaza umwe yahora ar’ impumyi, bati Weho uvuga kw ar’ iki, kuko yaguhumūye amaso? Na we ati N’ūvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |