Yohana 9:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Abafarisayo na bo babaza wa muntu ingene yahumutse, na we abishura ati: “Yansize utwondo ku maso, nca ndiyuhagira, none ndabona.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Abafarisayo basubira kumubaza ingene yahumūtse, na we arababgira, ati Yansīze utwondo ku maso, ndiyuhagira, ndahumūka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |