Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 9:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Arabishura ati: “Umuntu bita Yesu ni we yavuruze utwondo atunsiga ku maso, hanyuma ambwira ati: ‘Genda wiyuhagire ku kidengeri c’i Silowamu.’ Naciye njayo ndiyuhagira, none ndabona.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Na we arabishura, ati Wa muntu yitwa Yesu yavurunze utwondo, atunsīga ku maso, arambgira, ati Ja kuri Silowamu wiyuhagire; nuko ndagenda, ndiyuhagira, ndahumūka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 9:11
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Canke mwibaza ko bamwe cumi n’umunani bapfa igihe umunara wabagwako i Silowamu bari abanyavyaha kurusha ababa i Yerusalemu bose?


Baramubaza bati: “None vyagenze gute ngo amaso yawe ahumuke?”


Baramubaza bati: “None uwo muntu ari he?” Arababwira ati: “Sindahazi.”


Arabishura ati: “Ivyo namaze kubibabwira ariko ntimwashatse kuvyumva. Ni kuki mushaka kuvyumva kandi? Mwoba mushaka kuba abigishwa biwe namwe?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ