Yohana 8:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ba bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo babandanije bamubaza, aca urunamuka arababwira ati: “Umuntu atagira icaha muri mwebwe nabe ari we aba uwa mbere mu kumutera ibuye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maze bakobeje kumubaza, arunamuka, arababgira, at’ Ūtagira icaha muri mwebge n’abe ari we abanza kumutera ibuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |