Yohana 8:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Babajije Yesu ico kibazo kugira ngo bamutege umutego, maze baronke aho bahera mu kumwagiriza. Ariko Yesu arunama atangura kwandikisha urutoke hasi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Arikw ivyo bābivuga ar’ ukumugeza, ngo bamukūrek’ urwitwazo rwo kumurega. Ariko Yesu arunama, yandikisha urutoke hasi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |