Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 8:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

57 Abayuda baramubaza bati: “Nta n’imyaka mirongo itanu uramara none uvuze ngo warabonye Aburahamu?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

57 Nuko rer’ Abayuda baramubgira, bat’ Ube utaramara imyaka mirongwitanu, ngo warabonye Aburahamu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 8:57
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iyi ni yo ntahe Yohana yashinze igihe abakuru b’Abayuda b’i Yerusalemu bamutumako abaherezi n’Abalewi ngo bamubaze uwo ari we.


Yesu arabishura ati: “Ndababwire ukuri, Aburahamu ataravuka, jewe nariho!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ