Yohana 8:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Naho mutamuzi, jewe ndamuzi. Iyo mvuga ko ntamuzi, nari kuba mbaye umubeshi nkamwe, ariko ndamuzi kandi ndumvira ijambo ryiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 yamara ntimumuzi, ariko jewe ndamuzi. Kandi ni navuga ngo sindamuzi, nzoba mbaye umunyabinyoma nkamwe: ariko ndamuzi, kandi nitondera ijambo ryiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |