Yohana 8:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Baramwishura bati: “Data ni Aburahamu.” Yesu arababwira ati: “Iyo muba muri abana ba Aburahamu, mwari gukora ivyo Aburahamu yakora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Baramwishura, bati Aburahamu ni we data. Yesu arabishura, at’ Iyo muba mur’ abana ba Aburahamu, muba mukora ibikorwa nk’ivya Aburahamu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |