Yohana 8:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Nuko Yesu abwira Abayuda bari bamwizeye ati: “Ikizokwerekana ko muri abigishwa banje vy’ukuri ni ugushira mu ngiro inyigisho zanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Nuko Yesu abgira Abayuda bāri bamwemeye, ati Ni mwaguma mw ijambo ryanje, mur’ abigishwa banje vy’ukuri; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |