Yohana 8:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Abigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo bazana umugore bafashe ariko arasambana, bamuhagarika imbere y’abari aho bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo bamuzanira umugore, afashwe asambana, bamushira hagati, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |