Yohana 8:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Mfise vyinshi nobavugako kandi mfise vyinshi vyobatsindisha. Ariko mbwira ab’isi ivyo numvise uwantumye avuga gusa, kandi avuga ukuri.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Mfise ivyo kubabarira vyinshi, no kubacira urubanza. Kand’ uwantumye n’uw’ ukuri; ivyo namwumvanye ni vyo mvuga mw isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |