Yohana 8:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Yesu yongera kubabwira ati: “Ngiye kugenda, kandi muzondondera, ariko muzopfira mu vyaha vyanyu. Aho ngiye kuja, ntimushobora kuhashika.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Nuko yongera kubabgira, ati Jewe ndi mu kuhava, namwe muzondondera, kandi muzopfira mu vyaha vyanyu: jewe iyo nja mwebge ntimuzoshobora gushikayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |