Yohana 8:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Yesu yavuze ayo majambo ariko yigishiriza mu rusengero, ahagaze hafi y’ico batorezamwo amashikanwa. Ariko nta n’umwe yamufashe kuko igihe ciwe kitari bwashike. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ayo majambo yayavugiye mw iyakīriro ry’amashikanwa, arikw arigisha mu rusengero; kandi nta n’umwe yamufashe, kukw igihe ciwe kitaribgashike. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |