Yohana 8:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Na bo baramubaza bati: “Mbega So ari he?” Yesu arabishura ati: “Ntimunzi kandi na Data ntimumuzi. Kuko iyo mumenya uwo ndi we, na Data mwari kumumenya.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Na bo baramubaza, bati So ari hehe? Yesu arabishura, ati Nta jewe, nta Data, nta we muzi; iyo muba munzi, na Data muba mumuzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |