Yohana 8:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Iyo ndamutse nca urubanza, ruba ari urw’ukuri, kuko simba ndi jenyene, mba ndi kumwe na Data yantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Kandi naho jewe noca urubanza, urubanza rwanje rwoba urw’ ukuri, kuko ntari jenyene, ndi kumwe na Data yantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |