Yohana 8:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nuko Yesu abandanya yigisha ba bantu, ababwira ati: “Jewe ndi umuco w’isi. Uwunkurikira ntazogendera mu mwijima, ahubwo azoronka umuco w’ubugingo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Yesu yongera kubabgira, ati Jewe nd’ umuco w’isi, ūnkurikira nta ho azogenda mu mwiza, arikw azogira umuco w’ubugingo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |