Yohana 8:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Na we aramwishura ati: “Oya, nyakwubahwa.” Yesu aramubwira ati: “Nanje nta rubanza ndagucira. Niwigire ariko ntugasubire gukora icaha.”] အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Na we ati Nta n’umwe, Mugenzi. Yesu aramubgira, ati Nanje singucira urubanza. Ni wīgīre, guhēra ubu ntuz’ usubire gukora icaha.] အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |