Yohana 8:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Yesu arunamuka aramubaza ati: “Mbega abariko barakwagiriza bagiye he? Nta n’umwe yaguciriye urubanza?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Yesu yunamutse aramubaza, ati Yewe mugore, bamwe bakureze bari hehe? Nta n’umwe aguciriye urubanza? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |