53 Nuko inama ica irahera, bose barataha.
53 Bose baca baritahira.
Na bo baramwishura bati: “Mbega nawe uva i Galilaya? Urasoma neza Ivyanditswe uzobona ko ata wuvugishwa n’Imana ava i Galilaya!” [
Nuko Yesu aduga ku Musozi wa Elayono.
Tumaze gusezerana, duca twurira ubwato, na bo basubira iwabo.