Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 7:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Bamwe muri bo bashaka kumufata, ariko nta n’umwe yubahutse kumukozako ukuboko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 bamwe muri bo bashaka kumufata, ariko ntihāgira n’umwe amukozako n’intoke.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 7:44
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo baca baragenda baja kugira inama barondera ingene bokwica Yesu.


Maze abantu baca bagerageza kumufata ariko nta n’umwe yashoboye kumukozako ukuboko kuko igihe ciwe kitari bwashike.


Yesu yavuze ayo majambo ariko yigishiriza mu rusengero, ahagaze hafi y’ico batorezamwo amashikanwa. Ariko nta n’umwe yamufashe kuko igihe ciwe kitari bwashike.


kuko ndi kumwe na we. Nta n’umwe azogufata ngo akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi muri kino gisagara.”


Mw’ijoro, Umwami Yesu araza ahagarara i ruhande ya Pawulo, amubwira ati: “Humura! Nk’uko wanshingiye intahe i Yerusalemu, ni ko uzonshingira intahe n’i Roma.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ