Yohana 7:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Bumvise ayo majambo, bamwe mu bantu bari aho baravuga bati: “Ni ivy’ukuri uwu muntu ni uwuvugishwa n’Imana!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Bamwe mw ishengero bumvise ayo majambo, bati N’ukuri uyu ni wa muntu avugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |