Yohana 7:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Ku musi wa nyuma w’iyo misi mikuru, ari wo uruta iyindi, Yesu arahaguruka avuga n’ijwi rirenga ati: “Uwunyotewe wese naze aho ndi anywe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Nuko ku musi uherūkira ya misi mikuru, ni wo musi uruta iyindi, Yesu arahagarara, arasemerera, ati Namba har’ ūfise inyota, n’aze kuri jewe, anywe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |