Yohana 7:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Yashatse kuvuga iki aho yavuga ngo: ‘Muzondondera ariko ntimuzombona,’ canke ngo: ‘aho ngiye ntimushobora kuhashika’?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Mbeg’ iryo jambo atubgiye n’iriki, ngo Muzondondera, ariko ntimuzombona, kandi ngw Iyo nzoba ndi mwebge ntimuzoshobora gushikayo? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |