Yohana 7:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Ariko benshi mu bari aho baramwizeye, bavuga bati: “None Kristo niyaza azokora ibitangaza birenze ivyo uwu ariko arakora?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Benshi mw ishengero baramwizera baravuga, bati Kristo ni yaza, mugira ngw azokora ibimenyetso vyinshi birengeye ivyo uyu akora? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |