Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 7:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Ariko turazi iyo uwu mugabo ava; Kristo ni yaza, nta muntu n’umwe azomenya iyo aje ava.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Uyo ko tuzi aho yaturutse, ariko Kristo ah’azozira, nta wuzi ah’ azoturuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 7:27
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbega uwu si wa mubaji, nyina si Mariya, abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Yuda na Simoni? Bashiki biwe si ababanyi bacu?” Maze ivyo birabatsitaza, bituma batamwizera.


Bose baramushima, batangazwa n’amajambo arimwo ubuntu bw’Imana yava mu kanwa kiwe, babazanya bati: “Mbega uwu si wa muhungu wa Yosefu?”


Baravuga bati: “Mbega uwu si Yesu mwene Yosefu? Se na nyina ntitubazi? None ni gute avuga ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?”


Abayuda bamwumvise baratangara, barabaza bati: “Uwo mugabo azi vyinshi cane kandi atize. Ivyo bishoboka gute?”


Turazi ko Imana yavuganye na Mose, ariko ntituzi iyo uwo muntu yaje ava.”


Yarakengerewe abura uwumuburanira. Ni nde yovuga ivy’uruvyaro rwiwe? Kuko ubuzima bwiwe bwakuwe kw’isi?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ