Yohana 7:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Mbega Mose ntiyabahaye Ivyagezwe? Ariko nta n’umwe muri mwebwe avyubahiriza. Ni kuki mushaka kunyica?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Mbega Mose si we yabahaye ivyagezwe? Ariko muri mwebge nta n’umwe yitondera ivyo vyagezwe. Muronderera iki kunyica? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |