Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 7:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Kuri uwo musi mukuru, abakuru b’Abayuda bariko bararondera Yesu, babaza bati: “Ari he?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ Abayuda bamurondera mur’ iyo misi mikuru, bati Mbega wa wundi ari hehe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 7:11
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iyi ni yo ntahe Yohana yashinze igihe abakuru b’Abayuda b’i Yerusalemu bamutumako abaherezi n’Abalewi ngo bamubaze uwo ari we.


Abantu baguma barondera Yesu mu rusengero, babazanya bati: “Mwibaza ko azoza mu misi mikuru?”


Inyuma y’ivyo, Yesu agendagenda mu ntara ya Galilaya. Ntiyashaka kugenda mu ntara ya Yudaya kuko abakuru b’Abayuda baho bariko barondera ingene bomwica.


Ariko nta n’umwe yubahuka kuvuga ivyiwe ku mugaragaro kuko batinya Abayuda.


Abayuda bamwumvise baratangara, barabaza bati: “Uwo mugabo azi vyinshi cane kandi atize. Ivyo bishoboka gute?”


Baramubaza bati: “None uwo muntu ari he?” Arababwira ati: “Sindahazi.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ