Yohana 6:64 - Bibiliya mu Kirundi coroshe64 Ariko bamwe muri mwebwe ntibizera.” Kuko kuva mu ntago, Yesu yari azi abatizera n’uwuzomugurisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)64 Ariko muri mwebge hariho bamwe batizera. Kuko Yesu yahereye ubga mbere azi abatizera ab’ ari bo, n’ūzomugura uw’ ari we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |