Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 6:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Yesu abonye abantu isinzi baje bamugana, abarira Filipo ati: “Ni hehe twogurira ivyokurya vyo kugaburira aba bantu bose?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Yesu yunamuye amaso, abona ishengero ryinshi riza kuri we, abaza Filipo, ati Tugurira hehe imitsima, ngo barye bose?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 6:5
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abigishwa biwe baramubaza bati: “None twokura hehe ivyokurya bikwiye abantu bangana gutya muri kano gahinga?”


Nuko bafata ubwato baja ahantu hiherereye.


Intumwa zigarutse ziganira Yesu ivyo zakoze. Yesu aca ajana na zo baja ahiherereye, aharabana n’igisagara citwa Betesayida,


Ku musi ukurikira, Yesu afata ingingo yo kuja i Galilaya. Ariko aragenda, ahura na Filipo, amubwira ati: “Nkurikira!”


Filipo yava mu gisagara citwa Betesayida, ari na co Andereya na Petero bavamwo.


Nuko Filipo asanga Natanayeli aho ari, amubwira ati: “Twabonye umwe Mose yavugako mu vyagezwe, n’abavugishwa n’Imana bakamwandikako. Ni Yesu w’i Nazareti, mwene Yosefu.”


Natanayeli aramubaza ati: “Hari iciza cova i Nazareti?” Filipo aramwishura ati: “Ingo uvyirabire.”


Natanayeli aramubaza ati: “Wamenye gute?” Yesu aramwishura ati: “Igihe wari wicaye musi y’igiti c’umusukoni, imbere yuko Filipo aguhamagara, nakubona.”


Mbega ntimuvuga ngo: ‘Hasigaye amezi ane ngo iyimbura rishike’? Umve ndababwire, nimwunamure amaso yanyu murabe! Imirima ireze, igeze kwimbura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ