Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 6:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Ba sogokuruza banyu baririye manu mu bugaragwa, yamara barapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Ba sogokuruza banyu bārīra manu mu bugaragwa, barapfa:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 6:49
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ba sogokuruza bacu baririye manu mu bugaragwa. Ivyanditswe bivuga biti: ‘Mose yabahaye imikate ivuye mw’ijuru ngo bayirye.’”


Uwu ni wo mukate wamanutse uva mw’ijuru; ntusa na ya manu ba sogokuruza banyu baririye mu bugaragwa ariko bagapfa. Uwurya uwu mukate azobaho ibihe bidashira.”


Naho mwari musanzwe mubizi vyose, ndashaka kubibutsa ko Umwami Imana yatabaye ubwoko bw’Abisirayeli akabukura mu gihugu ca Egiputa, ariko hanyuma yahoneje abatizeye bo muri bo.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero. Uwuzonesha nzomuha kurya kuri manu yahishijwe. Nzomuha kandi ibuye ryera ryanditseko izina rishasha; ntawuzomenya iryo zina kiretse uwuzohabwa iryo buye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ