Yohana 6:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Abavugishwa n’Imana banditse bati: ‘Bose bazokwigishwa n’Imana.’ Ni co gituma umuntu wese yumvirije Data akakira inyigisho ziwe, aza aho ndi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Mu majambo y’abavugishwa n’Imana handitswe, ngo Bose bazoba abigishijwe n’Imana. Uwumvise ivya Data wese akavyiga, aza kuri jewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |