Yohana 6:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Nta muntu n’umwe ashobora kuza aho ndi Data yantumye atamuzanye, kandi nzomuzura ku musi wa nyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Nta n’umwe ashobora kuza kuri jewe Data yantumye atamukwegereye; nanje nzomuzura ku musi w’iherezo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |