Yohana 6:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Baravuga bati: “Mbega uwu si Yesu mwene Yosefu? Se na nyina ntitubazi? None ni gute avuga ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Bat’ Uyu si we Yesu mwene Yosefu? Na se na nyina turabazi: non’ avuga ate ngo Namanutse mva mw ijuru? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |