Yohana 6:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Kuko ico Data ashaka ni uko uwubonye Umwana akamwizera agira ubugingo budashira, kandi nanje nzomuzura ku musi wa nyuma.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Kukw iki ari co Data agomba: agomba yuk’ ūbona Umwana wese akamwizera, agira ubugingo budashira, nanje nkazomuzura ku musi w’iherezo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |