Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 6:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Baramubwira bati: “Nyakwubahwa, turagusavye wame uduha uwo mukate imisi yose.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Baramubgira, bati Mugenzi, na ntaryo uz’ uhore uduha uwo mutsima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 6:34
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Wa mugore aramubwira ati: “Nyakwubahwa, mpa kuri ayo mazi kugira ngo sinzosubire kunyoterwa ngo name nza ngaha kuvoma.”


Yesu arabishura ati: “Ndababwire ukuri, ntimuriko mundondera kubera mwatahuye ibitangaza mwabonye nkora, ahubwo mundondera kuko nabagaburiye imikate mugahaga.


Imana Se w’Umwami wacu Yesu Kristo, we akwiye gushimwa ibihe vyose, arazi ko mvuga ukuri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ