Yohana 6:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Yesu arabishura ati: “Ndababwire ukuri, ntimuriko mundondera kubera mwatahuye ibitangaza mwabonye nkora, ahubwo mundondera kuko nabagaburiye imikate mugahaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Yesu arabishura, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ntimundondera kuko mwabonye ibimenyetso, ariko n’uko mwariye kuri ya mitsima, mugahāga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |