Yohana 6:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 N’ubundi bwato bwinshi buvuye i Tiberiya, buraza bushika hamwe Umwami Yesu yahezagirira imikate abantu bakayifungura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 (mugabo hār’ amato ajabuka ava i Tiberiya, afata hafi ya ha hantu bārīriye imitsima ihezagiwe n’Umwami Yesu). အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |